Komine Nyabiraba habaye ibikorwa vyo mu buruhuko bw’abanyeshure

Share

kur’uyu wa kane igenekerezo rya 12/08/2019, muri Komine Nyabiraba habaye ibikorwa vyo mu buruhuko bw’abanyeshure. Ivyo bikorwa vyari vyitabwe n’abanyeshure bari mu buruhuko, abari mubuzi butandukanye kandi vyari vyatewe iteka na Musitanteri n’Ubushikiranganji bwo Gutumatumanako Amakuru n’Ibinyamakuru.

Leave A Reply